Kuvayo 12:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Muzozirya mutubitse imikanda* yanyu, mwambaye ibirato*, mufise n’inkoni mu minwe. Muzozirya munyarutsa. Ni Pasika* ya Yehova.
11 Muzozirya mutubitse imikanda* yanyu, mwambaye ibirato*, mufise n’inkoni mu minwe. Muzozirya munyarutsa. Ni Pasika* ya Yehova.