Kuvayo 12:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Muzomara imisi indwi murya imikate itarimwo umwambiro+. Ku musi wa mbere muze mukure umwambiro* mu mazu yanyu. Umuntu wese azorya ikintu kirimwo umwambiro kuva ku musi wa mbere gushika ku musi ugira indwi azoca yicwa*.
15 Muzomara imisi indwi murya imikate itarimwo umwambiro+. Ku musi wa mbere muze mukure umwambiro* mu mazu yanyu. Umuntu wese azorya ikintu kirimwo umwambiro kuva ku musi wa mbere gushika ku musi ugira indwi azoca yicwa*.