Kuvayo 12:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Nta mwambiro ukwiye kuboneka mu mazu yanyu muri iyo misi indwi. Umuntu wese azorya ikintu kirimwo umwambiro, yaba umunyamahanga canke imvukira+, ategerezwa gupfa*+.
19 Nta mwambiro ukwiye kuboneka mu mazu yanyu muri iyo misi indwi. Umuntu wese azorya ikintu kirimwo umwambiro, yaba umunyamahanga canke imvukira+, ategerezwa gupfa*+.