-
Kuvayo 12:22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
22 Hanyuma muzofate agakama k’uduti twa ezobu, mugakoze mu maraso ari mw’ibesani, muce muyamijagira ku gice co hejuru c’umuryango no ku bishimaryango bibiri. Nta n’umwe akwiye kuva mu nzu iwe gushika mu gitondo.
-