Kuvayo 13:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Muzomara imisi indwi murya imikate itarimwo umwambiro+. Ntihaze hagire ikintu kirimwo umwambiro kiboneka iwanyu+. Nta mwambiro* ukwiye kuboneka mu karere kanyu kose.
7 Muzomara imisi indwi murya imikate itarimwo umwambiro+. Ntihaze hagire ikintu kirimwo umwambiro kiboneka iwanyu+. Nta mwambiro* ukwiye kuboneka mu karere kanyu kose.