Kuvayo 13:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Musa ajana kandi amagufa ya Yozefu, kuko Yozefu yari yararahije bene Isirayeli ashimitse ati: «Imana ntizobura kubitwararika, muze mujane amagufa yanje muyakure ino+.»
19 Musa ajana kandi amagufa ya Yozefu, kuko Yozefu yari yararahije bene Isirayeli ashimitse ati: «Imana ntizobura kubitwararika, muze mujane amagufa yanje muyakure ino+.»