Kuvayo 14:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Nuko Yehova areka Farawo umwami wa Misiri akomantaza umutima wiwe maze yoma inyuma Abisirayeli, kandi na bo bariko bagenda bitekaniye*+.
8 Nuko Yehova areka Farawo umwami wa Misiri akomantaza umutima wiwe maze yoma inyuma Abisirayeli, kandi na bo bariko bagenda bitekaniye*+.