Kuvayo 14:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 Abanyamisiri baca baboma inyuma. Amafarasi yose ya Farawo, imikogote yiwe y’intambara n’abasoda biwe barwanira ku mafarasi barabakurikira gushika hagati mu kiyaga+.
23 Abanyamisiri baca baboma inyuma. Amafarasi yose ya Farawo, imikogote yiwe y’intambara n’abasoda biwe barwanira ku mafarasi barabakurikira gushika hagati mu kiyaga+.