Kuvayo 14:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Nuko ya mazi aragaruka maze apfuka ya mikogote y’intambara, abasoda barwanira ku mafarasi na ba basoda bose ba Farawo bari bakurikiye Abisirayeli mu kiyaga+. Nta n’umwe muri bo yarokotse+.
28 Nuko ya mazi aragaruka maze apfuka ya mikogote y’intambara, abasoda barwanira ku mafarasi na ba basoda bose ba Farawo bari bakurikiye Abisirayeli mu kiyaga+. Nta n’umwe muri bo yarokotse+.