Kuvayo 16:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nuko ishengero ryose ry’Abisirayeli riva i Elimu, rirateba rishika mu bugaragwa bwa Sini+, hagati ya Elimu na Sinayi. Hari ku musi ugira 15 w’ukwezi kwa kabiri kuva bavuye mu Misiri.
16 Nuko ishengero ryose ry’Abisirayeli riva i Elimu, rirateba rishika mu bugaragwa bwa Sini+, hagati ya Elimu na Sinayi. Hari ku musi ugira 15 w’ukwezi kwa kabiri kuva bavuye mu Misiri.