32 Maze Musa avuga ati: «Iri ni ryo tegeko Yehova atanze: “Nimuvyuzuze ingero ya omeri, muheze muyibike uko urunganwe rwanyu ruzogenda rurakurikirana+, kugira ngo abana banyu baze babone ibifungurwa nabagaburiye mu bugaragwa igihe nari ndabakuye mu Misiri.”»