Kuvayo 18:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Uwundi yari yamwise Eliyezeri*, kuko yavuga ati: «Imana ya data ni umufasha wanje. Yarankijije inkota ya Farawo+.»
4 Uwundi yari yamwise Eliyezeri*, kuko yavuga ati: «Imana ya data ni umufasha wanje. Yarankijije inkota ya Farawo+.»