Kuvayo 19:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Ariko Yehova amubwira ati: «Manuka, hanyuma uze kugaruka uri kumwe na Aroni. Ariko wihanize abaherezi n’abandi bantu ntibarenge uturimbi ngo baduge aho jewe Yehova ndi kugira sindabice+.»
24 Ariko Yehova amubwira ati: «Manuka, hanyuma uze kugaruka uri kumwe na Aroni. Ariko wihanize abaherezi n’abandi bantu ntibarenge uturimbi ngo baduge aho jewe Yehova ndi kugira sindabice+.»