Kuvayo 20:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Abantu baguma bahagaze kure, ariko Musa yegera ca gicu c’umuzitanya aho Imana y’ukuri yari+.