Kuvayo 21:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Uku ni ko bizogenda abantu babiri nibashwana maze umwe agakubita mugenziwe ibuye canke ingumu*, ku buryo arwara akaguma ku musego ariko ntapfe:
18 Uku ni ko bizogenda abantu babiri nibashwana maze umwe agakubita mugenziwe ibuye canke ingumu*, ku buryo arwara akaguma ku musego ariko ntapfe: