-
Kuvayo 21:19Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
19 nivyakunda ko avyuka agasohoka hanze yishimikije ikibando, uwamukubise nta gihano azohabwa. Azomuha gusa indishi y’umwanya w’akazi yatakaje kuva arwaye gushika akize neza.
-