Kuvayo 22:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 (Umuntu niyafata umusuma+ ariko aramena inzu mw’ijoro akamukubita agapfa, uwo muntu ntazokwagirwa n’amaraso.
2 (Umuntu niyafata umusuma+ ariko aramena inzu mw’ijoro akamukubita agapfa, uwo muntu ntazokwagirwa n’amaraso.