-
Kuvayo 22:9Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
9 Igihe cose umuntu yagirijwe ko atunze ikintu kitari rwiwe, yaba ari impfizi y’inka, indogobwa, intama, impuzu canke ikindi kintu catakaye, hanyuma hakaza uwundi avuga ati: “Iki ni rwanje”, abo bantu bose bazoce barenguka imbere y’Imana y’ukuri+. Uwo Imana izovuga ko yagirwa n’icaha azoriha ico kintu incuro zibiri+.
-