Kuvayo 22:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Umuntu niyabitsa mugenziwe indogobwa, impfizi y’inka, intama canke ikindi gitungwa ico ari co cose hanyuma kigapfa canke kikamugara*, canke na ho abambuzi bakagitwara ata wubibona,
10 Umuntu niyabitsa mugenziwe indogobwa, impfizi y’inka, intama canke ikindi gitungwa ico ari co cose hanyuma kigapfa canke kikamugara*, canke na ho abambuzi bakagitwara ata wubibona,