Kuvayo 22:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 uwakibikijwe azorahire imbere ya Yehova ko atari we yagitwaye, kandi nyeneco ategerezwa kuvyemera. Uwakibikijwe nta ndishi azotanga+.
11 uwakibikijwe azorahire imbere ya Yehova ko atari we yagitwaye, kandi nyeneco ategerezwa kuvyemera. Uwakibikijwe nta ndishi azotanga+.