-
Kuvayo 22:13Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
13 Nimba catabaguwe n’igikoko co mw’ishamba, azozana ico gitungwa catabaguwe kugira kimubere ikimenyamenya. Ntazotanga indishi y’igitungwa catabaguwe n’igikoko.
-