Kuvayo 22:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Mutegerezwa kuba beranda imbere yanje+. Ntimuze murye inyama z’igikoko catabaguriwe mw’ishamba+. Mukwiye kuziterera imbwa.
31 Mutegerezwa kuba beranda imbere yanje+. Ntimuze murye inyama z’igikoko catabaguriwe mw’ishamba+. Mukwiye kuziterera imbwa.