Kuvayo 24:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Musa aca yandika ivyo Yehova yari yamubwiye vyose+. Araheza avyuka kare mu gitondo, yubaka igicaniro munsi y’uwo musozi be n’inkingi 12 zihuye na ya miryango 12 ya Isirayeli.
4 Musa aca yandika ivyo Yehova yari yamubwiye vyose+. Araheza avyuka kare mu gitondo, yubaka igicaniro munsi y’uwo musozi be n’inkingi 12 zihuye na ya miryango 12 ya Isirayeli.