Kuvayo 24:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Maze Yehova abwira Musa ati: «Duga aho ndi ku musozi ugumeho. Nzoguha ibisate vy’amabuye nanditseko amategeko n’amabwirizwa uzokwigisha abantu+.»
12 Maze Yehova abwira Musa ati: «Duga aho ndi ku musozi ugumeho. Nzoguha ibisate vy’amabuye nanditseko amategeko n’amabwirizwa uzokwigisha abantu+.»