Kuvayo 25:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Uwo mufuniko+ uzowufundikiza ya sandugu, kandi muri iyo sandugu uzoshirayo amabwirizwa* nzoguha.