Kuvayo 25:29 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 29 Uzoyikorera kandi amasahani n’ibikombe, uyikorere n’amajage* hamwe n’amabakure vyo gusuka amashikanwa y’ibinyobwa. Uzobikora mu nzahabu itavanze+.
29 Uzoyikorera kandi amasahani n’ibikombe, uyikorere n’amajage* hamwe n’amabakure vyo gusuka amashikanwa y’ibinyobwa. Uzobikora mu nzahabu itavanze+.