-
Kuvayo 25:35Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
35 Munsi y’aho amashami abiri ya mbere ahurira ku mutumba hazoba hariho ipfundo. Hazoba hariho n’irindi pfundo munsi y’aho amashami abiri akurikira ahurira, hamwe n’irindi munsi y’aho amashami abiri ya nyuma ahurira. Bizoba bimeze gutyo kuri ayo mashami atandatu yose.
-