-
Kuvayo 26:10Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Uzokora ibigombo 50 ku mpera y’igitambara ca nyuma mu vyo wafatanije ubwa mbere, ukore n’ibindi 50 ku mpera y’ica nyuma mu vyo wafatanije ubwa kabiri. Uzobikorera aho ivyo bitambara bibiri bizofatanirizwa.
-