-
Kuvayo 26:32Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
32 Uzoyimanika ku nkingi zine z’ibiti vy’umunyinya zihometseko inzahabu. Udusumari two kuri izo nkingi tuzoba dukozwe mu nzahabu. Izo nkingi zizoba zishinze mu dutafari tune dukozwe mw’ifeza.
-