Kuvayo 26:35 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 35 Uzoshira ya meza mu kibanza c’imbere y’iyo rido, irabane na ca kintu baterekako amatara+ kiri ku ruhande rwo mu bumanuko bw’iryo hema. Imeza uzoyishira ku ruhande rwo mu buraruko.
35 Uzoshira ya meza mu kibanza c’imbere y’iyo rido, irabane na ca kintu baterekako amatara+ kiri ku ruhande rwo mu bumanuko bw’iryo hema. Imeza uzoyishira ku ruhande rwo mu buraruko.