Kuvayo 27:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Ivyo bibando uzobicomeka muri ya mikono, ku buryo bija ku mpande zibiri z’ico gicaniro igihe bakireruye+.
7 Ivyo bibando uzobicomeka muri ya mikono, ku buryo bija ku mpande zibiri z’ico gicaniro igihe bakireruye+.