-
Kuvayo 27:16Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
16 Kw’irembo ry’ico kigo hazoba hari irido* ifise uburebure bw’intambwe 20. Iyo rido izoba ikozwe mu nyuzi zisa n’ubururu, ubwoya busa n’umuyugubwe*, inyuzi zisa n’agahama be n’inyuzi z’ilino nziza zitsivye+. Vyose bizoba bijishiwe hamwe. Hazoba kandi hariho inkingi zine n’udutafari twazo dutoboye tune+.
-