ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 27:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Imbere mw’ihema ry’ibonaniro, mu gice kiri imbere y’irido iri hafi y’isandugu y’isezerano*+, Aroni n’abahungu biwe bazokwitwararika ko ayo matara aguma yakira imbere ya Yehova+, kuva ku mugoroba gushika mu gitondo. Ni itegeko rizokwamaho ku Bisirayeli, uko urunganwe* rwabo ruzogenda rurakurikirana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika