Kuvayo 28:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Ng’izi impuzu bazokora: agapfuko ko ku gikiriza+, efodi+, ikanzu itagira amaboko+, ikanzu y’udukarokaro, igitambara bazingira mu mutwe+ be n’umukanda+. Bazokorera izo mpuzu nyeranda mwenewanyu Aroni n’abahungu biwe kugira bambere abaherezi.
4 Ng’izi impuzu bazokora: agapfuko ko ku gikiriza+, efodi+, ikanzu itagira amaboko+, ikanzu y’udukarokaro, igitambara bazingira mu mutwe+ be n’umukanda+. Bazokorera izo mpuzu nyeranda mwenewanyu Aroni n’abahungu biwe kugira bambere abaherezi.