Kuvayo 28:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Uzoshira utwo tubuye tubiri kuri vya bitambara vyo ku bitugu vya efodi, kugira abahungu ba Isirayeli baze baribukwa+. Aroni azokwambara amazina yabo imbere ya Yehova, kuri vya bitambara bibiri vyo ku bitugu, kugira baze baribukwa.
12 Uzoshira utwo tubuye tubiri kuri vya bitambara vyo ku bitugu vya efodi, kugira abahungu ba Isirayeli baze baribukwa+. Aroni azokwambara amazina yabo imbere ya Yehova, kuri vya bitambara bibiri vyo ku bitugu, kugira baze baribukwa.