Kuvayo 28:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Uzosaba umuhinga mu vyo kudesa akore agapfuko ko ku gikiriza ko guca imanza+. Kazoba gakozwe nka kurya kwa efodi, ni ukuvuga mu nzahabu, inyuzi zisa n’ubururu, ubwoya busa n’umuyugubwe, inyuzi zisa n’agahama be n’inyuzi z’ilino nziza zitsivye+.
15 Uzosaba umuhinga mu vyo kudesa akore agapfuko ko ku gikiriza ko guca imanza+. Kazoba gakozwe nka kurya kwa efodi, ni ukuvuga mu nzahabu, inyuzi zisa n’ubururu, ubwoya busa n’umuyugubwe, inyuzi zisa n’agahama be n’inyuzi z’ilino nziza zitsivye+.