-
Kuvayo 28:21Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
21 Tuzoba twanditseko amazina 12 y’abahungu ba Isirayeli. Kamwekamwe kose kazoba kariko izina ry’umwe muri ya miryango 12, kandi rizoba ryanditse nka kurya kw’ivyandiko vy’ikidodo.
-