Kuvayo 28:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Uzokora utundi tugombo tubiri tw’inzahabu, uce udushira ku mfuruka zibiri zo hepfo za ka gapfuko ko ku gikiriza, indani aharabana na efodi+.
26 Uzokora utundi tugombo tubiri tw’inzahabu, uce udushira ku mfuruka zibiri zo hepfo za ka gapfuko ko ku gikiriza, indani aharabana na efodi+.