Kuvayo 28:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Uzokora n’utundi tugombo tubiri tw’inzahabu ku ruhande rw’imbere rwa efodi, udushire munsi ya vya bitambara bibiri vyo ku bitugu hafi y’aho efodi ifatanirijwe, hejuru ya wa mukaba wayo ujishe+.
27 Uzokora n’utundi tugombo tubiri tw’inzahabu ku ruhande rw’imbere rwa efodi, udushire munsi ya vya bitambara bibiri vyo ku bitugu hafi y’aho efodi ifatanirijwe, hejuru ya wa mukaba wayo ujishe+.