-
Kuvayo 28:32Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
32 Izoba ifise izosi risatuye hagati na hagati. Iryo zosi rizoba rikikujwe n’umubariro wakozwe n’umuhinga mu kujisha impuzu. Rizoba rimeze nka kurya kw’izosi ry’ikoti y’ivyuma, kugira ntiritabuke.
-