Kuvayo 28:36 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 36 Uzokora mu nzahabu itavanze akuma gafyase gakayangana hanyuma ukandikeko nka kurya kw’ivyandiko vy’ikidodo ngo: “Ubweranda ni ubwa Yehova+.”
36 Uzokora mu nzahabu itavanze akuma gafyase gakayangana hanyuma ukandikeko nka kurya kw’ivyandiko vy’ikidodo ngo: “Ubweranda ni ubwa Yehova+.”