Kuvayo 28:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Abahungu ba Aroni na bo nyene uzobakorera amakanzu, imikanda n’udukofero*+ kugira bagire iteka kandi baberwe+.
40 Abahungu ba Aroni na bo nyene uzobakorera amakanzu, imikanda n’udukofero*+ kugira bagire iteka kandi baberwe+.