Kuvayo 29:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Uzoheza utore za mpuzu+ hanyuma wambike Aroni ya kanzu y’udukarokaro na ya kanzu itagira amaboko yo kwambara munsi ya efodi. Uzomwambika kandi ya efodi na ka gapfuko ko ku gikiriza, hanyuma umukenyeze mu kiyunguyungu wa mukaba wa efodi ujishe+.
5 Uzoheza utore za mpuzu+ hanyuma wambike Aroni ya kanzu y’udukarokaro na ya kanzu itagira amaboko yo kwambara munsi ya efodi. Uzomwambika kandi ya efodi na ka gapfuko ko ku gikiriza, hanyuma umukenyeze mu kiyunguyungu wa mukaba wa efodi ujishe+.