Kuvayo 29:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Uzoca umwambika ca gitambara bazingira mu mutwe, uheze ushire kuri co ca kimenyetso ceranda cerekana ko yeguriwe Imana*+.
6 Uzoca umwambika ca gitambara bazingira mu mutwe, uheze ushire kuri co ca kimenyetso ceranda cerekana ko yeguriwe Imana*+.