Kuvayo 29:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Uzotora ibinure vy’iyo ntama, ni ukuvuga igitsembe cayo kinuze, ikinure gipfutse amara, ikinure gifashe ku gitigu*, amafyigo yayo abiri n’ikinure kiri kuri yo+ hamwe n’ukuguru kwayo kw’ukuryo, kuko ari impfizi y’intama ikoreshwa mu kubimika+.
22 Uzotora ibinure vy’iyo ntama, ni ukuvuga igitsembe cayo kinuze, ikinure gipfutse amara, ikinure gifashe ku gitigu*, amafyigo yayo abiri n’ikinure kiri kuri yo+ hamwe n’ukuguru kwayo kw’ukuryo, kuko ari impfizi y’intama ikoreshwa mu kubimika+.