Kuvayo 29:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Hanyuma uzotora akameme* ka ya mpfizi y’intama yakoreshwa mu kwimika+ Aroni, uheze ukazungagize kabe ishikanwa bazungagiza imbere ya Yehova. Uwo ni wo uzoba umugabane wawe.
26 Hanyuma uzotora akameme* ka ya mpfizi y’intama yakoreshwa mu kwimika+ Aroni, uheze ukazungagize kabe ishikanwa bazungagiza imbere ya Yehova. Uwo ni wo uzoba umugabane wawe.