Kuvayo 29:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Uzoshira ku ruhande akameme ka rya shikanwa bazungagiza n’ukuguru kwa wa mugabane mweranda wazungagiza uwukuye kuri ya mpfizi y’intama yakoreshwa mu kwimika+ Aroni n’abahungu biwe.
27 Uzoshira ku ruhande akameme ka rya shikanwa bazungagiza n’ukuguru kwa wa mugabane mweranda wazungagiza uwukuye kuri ya mpfizi y’intama yakoreshwa mu kwimika+ Aroni n’abahungu biwe.