Kuvayo 29:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Aroni n’abahungu biwe bazorya+ inyama z’iyo ntama na wa mukate uri mu giseke, bari ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro.
32 Aroni n’abahungu biwe bazorya+ inyama z’iyo ntama na wa mukate uri mu giseke, bari ku bwinjiriro bw’ihema ry’ibonaniro.