Kuvayo 29:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Uzomara imisi indwi utyorora igicaniro mu gutanga amashikanwa y’igicumuro, kandi utegerezwa kuceza kugira kibe ceranda cane+. Uwuzogikorako wese ategerezwa kuba ari mweranda.
37 Uzomara imisi indwi utyorora igicaniro mu gutanga amashikanwa y’igicumuro, kandi utegerezwa kuceza kugira kibe ceranda cane+. Uwuzogikorako wese ategerezwa kuba ari mweranda.