Kuvayo 29:46 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 46 Bazomenya vy’ukuri ko jewe Yehova Imana yabo ari jewe nabakuye mu Misiri kugira mbane na bo+. Ndi Yehova Imana yabo.
46 Bazomenya vy’ukuri ko jewe Yehova Imana yabo ari jewe nabakuye mu Misiri kugira mbane na bo+. Ndi Yehova Imana yabo.